Mariko 1:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Hageze ku mugoroba, izuba rimaze kurenga, abantu batangura kumuzanira abarwaye bose n’abarimwo amadayimoni+. Ivyakozwe 5:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Vyongeye, amasinzi y’abantu bavuye mu bisagara vyo mu micungararo ya Yeruzalemu baguma baza bazanye abarwaye n’abadurumbanywa n’impwemu mbi*, kandi bose barakira.
32 Hageze ku mugoroba, izuba rimaze kurenga, abantu batangura kumuzanira abarwaye bose n’abarimwo amadayimoni+.
16 Vyongeye, amasinzi y’abantu bavuye mu bisagara vyo mu micungararo ya Yeruzalemu baguma baza bazanye abarwaye n’abadurumbanywa n’impwemu mbi*, kandi bose barakira.