Luka 6:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu, gukora iciza no kugurana abandi ata co mwiteze gusubizwa+. Impembo yanyu rero izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose, kuko agirira neza intashima n’ababisha+. Ivyakozwe 14:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Naho ari ukwo, ntiyabuze kwishingira intahe+ mu gukora ivyiza. Yarabahaye imvura iva mw’ijuru n’ibihe vy’umwimbu+, ibahaza ibifungurwa, yuzuza n’imitima yanyu umunezero+.»
35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu, gukora iciza no kugurana abandi ata co mwiteze gusubizwa+. Impembo yanyu rero izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose, kuko agirira neza intashima n’ababisha+.
17 Naho ari ukwo, ntiyabuze kwishingira intahe+ mu gukora ivyiza. Yarabahaye imvura iva mw’ijuru n’ibihe vy’umwimbu+, ibahaza ibifungurwa, yuzuza n’imitima yanyu umunezero+.»