Yohani 17:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Singusaba ngo ubakure mw’isi, ahubwo ngusaba ngo ubarinde kubera wa mubisha+. 1 Yohani 5:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Turazi ko dukomoka ku Mana, mugabo isi yose iganzwa* na wa mubisha+.