ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 58:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Mbega ukwisonzesha nshima ni ukwo gukwiye kumera?

      Woba ukwiye kuba umusi wo kwibabaza,

      wo kwunamika umutwe nk’urukangaga,

      no kuryama ku magunira no mu minyota?

      Ivyo ni vyo wita ukwisonzesha n’umusi uhimbara Yehova?

  • Luka 18:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Nya Mufarizayo arahaguruka, atangura gusengera ku mutima ati: “Ewe Mana, ndagushimira kuko ntameze nk’abandi bose: abambuzi, abakora ibitagororotse, abarenga ibigo canke mbere nk’uyu mutozakori. 12 Ndisonzesha kabiri mu ndwi kandi ngatanga ic’icumi c’ibintu vyose ndonka+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika