ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Izabibwe mu mahwa, zigereranya uwumva iryo jambo, mugabo amaganya y’ubuzima bwo muri iyi si*+ n’ububasha buhendana bw’ubutunzi bikarinyoha maze ntiryame+.

  • Luka 12:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Ariko Imana imubwira iti: “Wa kijuju we, iri joro nyene urara upfuye. None ibintu vyose wegeranije bizoba ivya nde+?”

  • Yakobo 5:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Inzahabu zanyu n’ifeza zanyu vyaguye ingese. Ingese zavyo zizoba icabona kibagiriza, kandi zizorya umubiri wanyu. Ivyo mwarundanije bizoba nk’umuriro mu misi ya nyuma+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika