ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 4:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Amaso yawe akwiye kuguma araba imbere,

      emwe nugume uraba imbere yawe+.

  • Luka 11:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Itara ry’umubiri ni ijisho ryawe. Igihe ijisho ryawe ritumbereye ku kintu kimwe*, umubiri wawe wose na wo nyene urakayangana*. Ariko iyo riguma ryipfuza ivy’abandi*, n’umubiri wawe uba uri mu mwiza+.

  • Abanyefeso 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Yaramurikiye amaso y’umutima wanyu kugira ngo mumenye icizigiro yabahamagariye, mumenye ubutunzi bw’agatangaza ibikiye aberanda ngo bubabere intoranwa+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika