Yakobo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yemwe abarenga ibigo*, ntimuzi yuko kuba abagenzi b’isi ari ukwankana n’Imana? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.
4 Yemwe abarenga ibigo*, ntimuzi yuko kuba abagenzi b’isi ari ukwankana n’Imana? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.