Yohani 14:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Vyongeye, ivyo muzosaba vyose mw’izina ryanje nzobikora, kugira ngo Data aninahazwe biciye ku Mwana+. 1 Yohani 3:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 kandi ico tuyisavye cose irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibiyihimbara.
13 Vyongeye, ivyo muzosaba vyose mw’izina ryanje nzobikora, kugira ngo Data aninahazwe biciye ku Mwana+.
22 kandi ico tuyisavye cose irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibiyihimbara.