ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 9:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Amaso yabo aca arahumuka. Yezu aca arabihanikiriza ati: «Murabe neza ntihagire uwubimenya+.»

  • Matayo 12:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Yezu abimenye aca arahava. Abantu benshi baca baramukurikira+, na we arabakiza bose. 16 Mugabo arabihanikiriza ngo ntibavuge uwo ari we+,

  • Mariko 7:35, 36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Amatwi yiwe aca arazibuka+ n’ingorane yari afise yo kutavuga ica irahera, aca atangura kuvuga neza. 36 Yezu arabihanikiriza ngo ntihagire umuntu n’umwe babibwira+. Ariko uko yabihanikiriza, ni ko barushiriza kubitangaza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika