Mariko 5:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Aca afata ukuboko kw’uwo mwana, amubwira ati: «Talita kumi», bikaba bisobanura ngo: «Mwigeme, haguruka+!» Ivyakozwe 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Aca amufata ukuboko kw’ukuryo, aramuhagurutsa+. Ubwo nyene ibirenge vyiwe n’ingingo zavyo* bica birakomera+.
41 Aca afata ukuboko kw’uwo mwana, amubwira ati: «Talita kumi», bikaba bisobanura ngo: «Mwigeme, haguruka+!»
7 Aca amufata ukuboko kw’ukuryo, aramuhagurutsa+. Ubwo nyene ibirenge vyiwe n’ingingo zavyo* bica birakomera+.