Luka 9:59 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 59 Aca abwira uwundi ati: «Nkurikira!» Na we amwishura ati: «Mukama, reka mbanze nje guhamba dawe+.»