Yohani 1:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 araheza amujana aho Yezu ari. Yezu amubonye, aca amubwira ati: «Uri Simoni+ mwene Yohani, uzokwitwa Kefa» (bisobanura ngo «Petero+»). Ivyakozwe 15:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Simeyoni*+ yatwiganiye neza ingene Imana yitayeho amahanga ari bwo bwa mbere ngo iyakuremwo umugwi w’abantu witirirwa izina ryayo+.
42 araheza amujana aho Yezu ari. Yezu amubonye, aca amubwira ati: «Uri Simoni+ mwene Yohani, uzokwitwa Kefa» (bisobanura ngo «Petero+»).
14 Simeyoni*+ yatwiganiye neza ingene Imana yitayeho amahanga ari bwo bwa mbere ngo iyakuremwo umugwi w’abantu witirirwa izina ryayo+.