Matayo 26:47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 47 Akiriko aravuga, Yuda umwe muri bamwe cumi na babiri aca arashika. Yari kumwe n’isinzi ry’abantu bitwaje inkota n’amahiri, barungitswe n’abakuru b’abaherezi n’abashingantahe b’iryo hanga+. Yohani 13:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Sindiko mvuga mwese, ndazi abo natoye. Mugabo vyagenze gutyo kugira icanditswe kiranguke+, ikivuga ngo: “Uwo twahora dusangira ibifungurwa*, yampindutse*+.”
47 Akiriko aravuga, Yuda umwe muri bamwe cumi na babiri aca arashika. Yari kumwe n’isinzi ry’abantu bitwaje inkota n’amahiri, barungitswe n’abakuru b’abaherezi n’abashingantahe b’iryo hanga+.
18 Sindiko mvuga mwese, ndazi abo natoye. Mugabo vyagenze gutyo kugira icanditswe kiranguke+, ikivuga ngo: “Uwo twahora dusangira ibifungurwa*, yampindutse*+.”