ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 19:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Kandi umuntu wese yahevye amazu, benewabo, bashikiwe, se wiwe, nyina wiwe, abana canke amatongo kubera izina ryanje, azoronka ibiruta ivyo incuro ijana kandi azotorana ubuzima budahera+.

  • Luka 14:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 «Umuntu niyaza iwanje ariko ntiyanke* se wiwe, nyina wiwe, umugore wiwe, abana biwe, benewabo, bashikiwe, emwe mbere n’ubuzima bwiwe+, ntashobora kuba umwigishwa wanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika