ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 4:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Atangura kuzunguruka i Galilaya hose+, yigisha mu masinagogi+ yabo yongera yamamaza inkuru nziza y’Ubwami, kandi yagenda arakiza abantu indwara z’ubwoko bwose n’ubumuga bw’ubwoko bwose+.

  • Matayo 19:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Yezu ahejeje kuvuga ivyo bintu, aca ava i Galilaya aja ku rubibe* rwa Yudaya, hakurya ya Yorodani+.

  • Luka 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Baca bafata inzira, bakwiragira ako karere kose bava mu kigwati baja mu kindi, bagenda baratangaza inkuru nziza bongera bakiza indwara ahantu hose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika