Yona 1:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yehova aca arungika urufi runini ngo rumire Yona, maze Yona amara imisi itatu n’amajoro atatu mu nda ya nya rufi+.
17 Yehova aca arungika urufi runini ngo rumire Yona, maze Yona amara imisi itatu n’amajoro atatu mu nda ya nya rufi+.