ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 9:20, 21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Maze umugore umwe amaze imyaka 12 ava amaraso+ azanana inyuma yiwe, akora ku buyonga bw’impuzu* yiwe+, 21 kuko yaguma yibwira ati: «Ninakora gusa ku mpuzu yiwe ndakira.»

  • Mariko 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Kubera ko yari amaze gukiza abantu benshi, abari bafise indwara zikomeye bose bariko baramuhundarako kugira bamukoreko+.

  • Luka 6:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Kandi abo bantu bose baguma barondera kumukorako, kuko ububasha bwamuvamwo+ bukabakiza bose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika