-
Matayo 23:15, 16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Muragowe mwa banditsi n’Abafarizayo, mwa biyorobetsi mwe+! Kuko mukwiragira mu biyaga no mu misozi kugira muronke umuntu mwinjiza mw’idini ryanyu. Kandi amaze kuryinjira, mutuma aba uwubereye kuja muri Gehena* incuro zibiri kubasumvya.
16 Muragowe mwa ndongozi zihumye+ mwe, kuko muvuga ngo: “Iyo umuntu arahiye urusengero nta co bitwaye, ariko iyo arahiye inzahabu yo mu rusengero abwirizwa gushitsa iyo ndahiro+.”
-