ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Ngira ntangaze ingingo ya Yehova.

      Yambwiye ati: «Uri umwana wanje+.

      Uyu musi ncitse so wawe+.

  • Matayo 14:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Abari mu bwato baca baramwunamira*, bamubwira bati: «Vy’ukuri, uri Umwana w’Imana.»

  • Ivyakozwe 9:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 ubwo nyene aca atangura kwamamaza ivyerekeye Yezu mu masinagogi, atangaza ko Yezu ari Umwana w’Imana.

  • Ivyakozwe 9:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ariko Sawuli yaguma arushiriza kuronka ububasha, agatsinda Abayuda baba i Damasiko, abaha ivyemeza vyumvikana vyerekana ko Yezu ari we Kristu+.

  • Abaheburayo 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ariko muri iyi misi* yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, akaba ari na we yakoresheje mu gushiraho ibihe* bitandukanye+.

  • 1 Yohani 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Uwemera ko Yezu ari Umwana w’Imana+, Imana iguma yunze ubumwe na we, na we akaguma yunze ubumwe n’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika