ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 1:3, 4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Hari ijwi ry’umuntu mu bugaragwa asemerera ati: “Nimutegure inzira ya Yehova*! Nimugorore ibarabara ryiwe+.”» 4 Yohani Umubatizi yari mu bugaragwa, akigisha abantu ngo babatizwe kugira berekane ko bigaye maze bababarirwe ibicumuro vyabo+.

  • Luka 3:3-6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Nuko Yohani aja mu karere kose ko mu micungararo ya Yorodani, agenda arigisha abantu ngo babatizwe kugira berekane ko bigaye maze bababarirwe ibicumuro vyabo+, 4 nk’uko vyanditswe mu gitabu c’umuhanuzi Yesaya ngo: «Hari ijwi ry’umuntu mu bugaragwa asemerera ati: “Nimutegure inzira ya Yehova*! Nimugorore ibarabara ryiwe+. 5 Umubande wose utegerezwa kwuzuzwa, umusozi wose n’umurambi wose na vyo biringanizwe. Inzira zigoramye zitegerezwa kugororwa, inzira zuzuyemwo ibidunduri na zo zitegerezwa kuringanizwa, 6 kandi abantu bose* bazobona ingene Imana ikiza*+.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika