Mariko 9:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Ariko uwo wese atsitaza umwe muri aba batoyi banyizera, yopfuma yambikwa mw’izosi urusyo ruzungurutswa n’indogobwa, maze agatererwa mu kiyaga+. Luka 17:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Maze abwira abigishwa biwe ati: «Ibitsitaza ntibishobora kureka kuza. Ariko aragowe umuntu bizananako! 2 Yopfuma aboherwa urusyo mw’izosi agatererwa mu kiyaga, hako atsitaza umwe muri aba batoyi+.
42 Ariko uwo wese atsitaza umwe muri aba batoyi banyizera, yopfuma yambikwa mw’izosi urusyo ruzungurutswa n’indogobwa, maze agatererwa mu kiyaga+.
17 Maze abwira abigishwa biwe ati: «Ibitsitaza ntibishobora kureka kuza. Ariko aragowe umuntu bizananako! 2 Yopfuma aboherwa urusyo mw’izosi agatererwa mu kiyaga, hako atsitaza umwe muri aba batoyi+.