Gusubira mu vyagezwe 24:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Umugabo niyatwara umugore ariko ntamushime kubera yamubonyeko ikintu kitabereye, aze amwandikire urupapuro rwo kwahukana arumuhe+, maze amwirukane mu nzu yiwe+. Matayo 5:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Vyaravuzwe kandi ngo: “Uwo wese yirukana umugore wiwe, namuhe urupapuro rwo kwahukana+.”
24 Umugabo niyatwara umugore ariko ntamushime kubera yamubonyeko ikintu kitabereye, aze amwandikire urupapuro rwo kwahukana arumuhe+, maze amwirukane mu nzu yiwe+.