ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 12:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Nimugurishe ivyo mutunze maze mufashe aboro*+. Nimwironse udusaho tw’amahera tudahera, itunga ritigera rihera mw’ijuru+, aho ibisuma bidashika canke ngo udukoko turyonone.

  • Luka 18:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Yezu avyumvise, aca amubwira ati: «Uracabuze ikintu kimwe: gurisha ibintu vyose ufise maze amahera ukuyemwo uyahe abakene, uzoheza ugire itunga mw’ijuru. Hanyuma uce uza unkurikire+.»

  • Abafilipi 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Yamara ibintu vyose vyahora ari inyungu kuri jewe, ndabibona nk’uruhombo* kubera Kristu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika