ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose, n’ubuzima bwawe bwose+, n’inkomezi* zawe zose+.

  • Gusubira mu vyagezwe 10:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ubu rero yemwe Bisirayeli, none hari ikindi Yehova Imana yanyu abasaba+ atari ugutinya Yehova Imana yanyu+, kugendera mu nzira ziwe zose+, kumukunda, gukorera Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+,

  • Yosuwa 22:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ariko mwitwararike cane kugamburuka ibwirizwa n’amategeko Musa umusavyi wa Yehova yabahaye+, mu gukunda Yehova Imana yanyu+, mu kwama mugendera mu nzira adusaba gucamwo+, mu kwubahiriza amabwirizwa yiwe+, mu kumugumako+ no mu kumukorera+ n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+.»

  • Mariko 12:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 kandi utegerezwa gukunda Yehova* Imana yawe n’umutima wawe wose, n’ubuzima bwawe bwose, n’ubwenge bwawe bwose, n’inkomezi zawe zose+.”

  • Luka 10:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Na we amwishura ati: «“Utegerezwa gukunda Yehova* Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’inkomezi zawe zose n’ubwenge bwawe bwose+”, hamwe na “mugenzawe nk’uko wikunda+.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika