-
Guharura 15:38, 39Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
38 «Bwira Abisirayeli ko bakwiye gushira ubuyonga ku mushono wo hasi w’impuzu zabo kandi bakazungurutsa akagozi gasa n’ubururu haruguru y’uwo mushono+, uko urunganwe rwabo ruzogenda rurakurikirana. 39 “Impuzu zanyu zitegerezwa kuba ziriko umushono uriko ubuyonga kugira ngo muwubonye muce mwibuka amabwirizwa yose ya Yehova maze muyakurikize+. Ntimuze mukurikire imitima yanyu n’amaso yanyu kuko ari vyo bituma mumpemukira*+.
-