Matayo 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abonye ingene Abafarizayo n’Abasadukayo+ benshi baza ngo ababatize, ababwira ati: «Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, ni nde yababuriye ngo muhunge uburake buriko buraza+? Matayo 12:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mwoshobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi? Erega ivyuzuye mu mutima ni vyo akanwa kavuga+. Luka 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Atangura kubwira amasinzi y’abantu bariko baraza ngo ababatize ati: «Mwa ruvyaro rw’imamba mwe, ni nde yababuriye ngo muhunge uburake buriko buraza+?
7 Abonye ingene Abafarizayo n’Abasadukayo+ benshi baza ngo ababatize, ababwira ati: «Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, ni nde yababuriye ngo muhunge uburake buriko buraza+?
34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mwoshobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi? Erega ivyuzuye mu mutima ni vyo akanwa kavuga+.
7 Atangura kubwira amasinzi y’abantu bariko baraza ngo ababatize ati: «Mwa ruvyaro rw’imamba mwe, ni nde yababuriye ngo muhunge uburake buriko buraza+?