ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Inyuma y’ivyo, Kayini abwira mwenewabo Abeli ati: «Tujane mu gahinga.» Nuko bamaze gushikayo, Kayini asimbira kuri mwenewabo Abeli aramwica+.

  • Itanguriro 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Aca amubwira ati: «Wakoze ibiki? Umve! Amaraso ya mwenewanyu ariko arasemerera antakambira iyo ari mw’ivu+.

  • Abaheburayo 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Kubera ukwizera, Abeli yarashikaniye Imana ikimazi c’agaciro kanini kurusha ica Kayini+. Kandi biciye kuri ukwo kwizera yarashingiwe intahe yuko yari umugororotsi, kuko Imana yashimye* amashikanwa yiwe+. Biciye ku kwizera kwiwe, naho yapfuye aracavuga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika