Mariko 13:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Vyongeye, nimwumva intambara n’amakuru y’intambara, ntimuze mugire ubwoba. Ivyo bintu bitegerezwa kuba, ariko iherezo ntirizoba rirashika+. Luka 21:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ikigeretseko, nimwumva intambara n’imigumuko*, ntimuze mutekerwe n’ubwoba. Ivyo bintu bitegerezwa kubanza kuba, ariko iherezo ntirizoca riza ubwo nyene+.»
7 Vyongeye, nimwumva intambara n’amakuru y’intambara, ntimuze mugire ubwoba. Ivyo bintu bitegerezwa kuba, ariko iherezo ntirizoba rirashika+.
9 Ikigeretseko, nimwumva intambara n’imigumuko*, ntimuze mutekerwe n’ubwoba. Ivyo bintu bitegerezwa kubanza kuba, ariko iherezo ntirizoca riza ubwo nyene+.»