Yohani 12:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Data, ninahaza izina ryawe.» Ijwi+ rero rica riva mw’ijuru rivuga riti: «Nararininahaje kandi nzosubira kurininahaza+.»
28 Data, ninahaza izina ryawe.» Ijwi+ rero rica riva mw’ijuru rivuga riti: «Nararininahaje kandi nzosubira kurininahaza+.»