Ivyahishuwe 1:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ehe arazananye n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona, mbere n’abamucumise bazomubona. Imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Ego cane, Amen.
7 Ehe arazananye n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona, mbere n’abamucumise bazomubona. Imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Ego cane, Amen.