Mariko 13:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Azorungika abamarayika kugira bakoranirize hamwe abo yatoye bo mu mpande zine z’isi*, kuva ku mpera y’isi gushika ku mpera y’ijuru+.
27 Azorungika abamarayika kugira bakoranirize hamwe abo yatoye bo mu mpande zine z’isi*, kuva ku mpera y’isi gushika ku mpera y’ijuru+.