ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 25:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Mugume muri maso rero+, kuko mutazi umusi canke isaha+.

  • Mariko 13:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Mugume muri maso, mugume murikanuye+, kuko mutazi aho igihe cashinzwe kizogerera+.

  • Luka 21:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Mugume muri maso+ rero kandi mugume mutakamba igihe cose+, kugira muze mushobore guhunga ivyo bintu vyose bitegerezwa kuba no guhagarara imbere y’Umwana w’umuntu+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika