Ivyahishuwe 19:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Aca ambwira ati: «Andika uti: hahiriwe abatumiwe ku nzimano* y’ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama+.» Yongerako ati: «Ayo ni amajambo y’Imana, kandi ni ay’ukuri.»
9 Aca ambwira ati: «Andika uti: hahiriwe abatumiwe ku nzimano* y’ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama+.» Yongerako ati: «Ayo ni amajambo y’Imana, kandi ni ay’ukuri.»