-
Luka 19:20-23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Ariko uwundi araza, avuga ati: “Mukama, ng’iyi imina yawe. Nagumye ndayinyegeje mu mpuzu. 21 Naragutinye kuko uri umuntu akara. Utora ivyo utabikije kandi ukimbura ivyo utarimye+.” 22 Na we amwishura ati: “Wa mushumba mubi we, ndagucira urubanza nisunze amajambo yawe bwite. Kumbe wari uzi ko ndi umuntu akara, ntora ivyo ntabikije kandi nkimbura ivyo ntarimye+? 23 Kubera iki none utashize amahera yanje* mw’ibanki? Ngarutse nari kuyatora ari kumwe n’inyungu.”
-