Nehemiya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ico gihe abatware barongoye abantu baba i Yeruzalemu+. Mugabo ku bijanye n’abantu basigaye, hagizwe ubupfindo+ kugira ngo umuntu umwe mu bantu cumi aje kuba i Yeruzalemu igisagara ceranda, icenda basigaye na bo babe mu bindi bisagara. Yesaya 52:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 52 Vyuka, vyuka! Ambara inkomezi+, ewe Siyoni+! Ambara impuzu zawe nziza+, ewe Yeruzalemu gisagara ceranda! Kuko uwutagenyerewe* n’uwuhumanye batazokwongera kwinjira iwawe+.
11 Ico gihe abatware barongoye abantu baba i Yeruzalemu+. Mugabo ku bijanye n’abantu basigaye, hagizwe ubupfindo+ kugira ngo umuntu umwe mu bantu cumi aje kuba i Yeruzalemu igisagara ceranda, icenda basigaye na bo babe mu bindi bisagara.
52 Vyuka, vyuka! Ambara inkomezi+, ewe Siyoni+! Ambara impuzu zawe nziza+, ewe Yeruzalemu gisagara ceranda! Kuko uwutagenyerewe* n’uwuhumanye batazokwongera kwinjira iwawe+.