Mariko 14:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Maze ababwira ati: «Ndatuntuye cane+, ku buryo numva nopfa. Nimugume ng’aha, kandi mugume muri maso+.»
34 Maze ababwira ati: «Ndatuntuye cane+, ku buryo numva nopfa. Nimugume ng’aha, kandi mugume muri maso+.»