ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 14:47
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 47 Ariko umwe mu bari bahagaze ng’aho aca asokora inkota yiwe, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi+.

  • Luka 22:50
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 50 Umwe muri bo mbere yarakubise inkota umushumba w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi kw’iburyo+.

  • Yohani 18:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Simoni Petero yari afise inkota, aca arayisokora, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi kw’iburyo+. Uwo mushumba yitwa Malikusi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika