Yesaya 53:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yaracinyizwa+, akemera gutezwa amarushwa+,ariko ntakureko umunwa. Yazanywe nk’intama igiye kubagwa+,nk’intama y’ingore yinumiye imbere y’abayimwa ubwoya,ntakureko umunwa+. Ivyakozwe 8:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Icanditswe yariko arasoma cari iki: «Yazanywe nk’intama igiye kubagwa, kandi nka kurya kw’umwagazi w’intama winumiye imbere y’umuntu awumwa ubwoya, ntakurako umunwa+.
7 Yaracinyizwa+, akemera gutezwa amarushwa+,ariko ntakureko umunwa. Yazanywe nk’intama igiye kubagwa+,nk’intama y’ingore yinumiye imbere y’abayimwa ubwoya,ntakureko umunwa+.
32 Icanditswe yariko arasoma cari iki: «Yazanywe nk’intama igiye kubagwa, kandi nka kurya kw’umwagazi w’intama winumiye imbere y’umuntu awumwa ubwoya, ntakurako umunwa+.