Mariko 14:62 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 62 Yezu amwishura ati: «Ndi we, kandi muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo bw’Imana+ Nyenububasha*, azananye n’ibicu vyo kw’ijuru+.» Ivyahishuwe 1:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ehe arazananye n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona, mbere n’abamucumise bazomubona. Imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Ego cane, Amen.
62 Yezu amwishura ati: «Ndi we, kandi muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo bw’Imana+ Nyenububasha*, azananye n’ibicu vyo kw’ijuru+.»
7 Ehe arazananye n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona, mbere n’abamucumise bazomubona. Imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Ego cane, Amen.