Matayo 26:14, 15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Umwe muri bamwe cumi na babiri, ari we Yuda Isikariyoti+, aca aja ku bakuru b’abaherezi+, 15 ababwira ati: «Mumpa iki ngo ndamubahe+?» Bumvikana kumuha ibiceri 30 vy’ifeza+. Mariko 14:10, 11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yuda Isikariyoti, umwe muri bamwe cumi na babiri, aca aja ku bakuru b’abaherezi kugira amubahe+. 11 Bavyumvise baranezerwa cane, baca basezerana kumuha amahera*+. Aca atangura kurondera akaryo ko kumutanga.
14 Umwe muri bamwe cumi na babiri, ari we Yuda Isikariyoti+, aca aja ku bakuru b’abaherezi+, 15 ababwira ati: «Mumpa iki ngo ndamubahe+?» Bumvikana kumuha ibiceri 30 vy’ifeza+.
10 Yuda Isikariyoti, umwe muri bamwe cumi na babiri, aca aja ku bakuru b’abaherezi kugira amubahe+. 11 Bavyumvise baranezerwa cane, baca basezerana kumuha amahera*+. Aca atangura kurondera akaryo ko kumutanga.