Zaburi 22:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki wampevye+? Kubera iki utaza kunkiza?Kubera iki utumva amaborogo yanje+? Yesaya 53:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mugabo Yehova ni we yashatse kumujanjagura*, kandi yaramuretse ararwara. Niwatanga ubuzima bwiwe nk’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+,azobona uruvyaro* rwiwe, arambe+.Biciye kuri we, ivyo Yehova agomba* bizoranguka+. Mariko 15:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Hageze nka sacenda, Yezu arasemerera n’ijwi rirenga ati: «Eli, Eli, lama sabakitani?», ni ukuvuga ngo «Mana yanje, Mana yanje, kubera iki wampevye+?»
22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki wampevye+? Kubera iki utaza kunkiza?Kubera iki utumva amaborogo yanje+?
10 Mugabo Yehova ni we yashatse kumujanjagura*, kandi yaramuretse ararwara. Niwatanga ubuzima bwiwe nk’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+,azobona uruvyaro* rwiwe, arambe+.Biciye kuri we, ivyo Yehova agomba* bizoranguka+.
34 Hageze nka sacenda, Yezu arasemerera n’ijwi rirenga ati: «Eli, Eli, lama sabakitani?», ni ukuvuga ngo «Mana yanje, Mana yanje, kubera iki wampevye+?»