Matayo 26:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ariko ninamara kuzurwa, muzonsanga i Galilaya+.» Matayo 28:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ba bigishwa 11 baca baja i Galilaya+, ku musozi Yezu yari yababwiye ko bahurirako+. Mariko 14:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ariko ninamara kuzurwa, muzonsanga i Galilaya+.»