Luka 5:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Umusi umwe Yezu yariko arigishiriza mu nzu, kandi Abafarizayo n’abigisha b’amategeko bari bicaye ng’aho. Bari baje bavuye mu bigwati vyose vy’i Galilaya n’i Yudaya n’i Yeruzalemu, kandi ububasha bwa Yehova* bwari kumwe na we kugira akize+. Luka 6:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Kandi abo bantu bose baguma barondera kumukorako, kuko ububasha bwamuvamwo+ bukabakiza bose.
17 Umusi umwe Yezu yariko arigishiriza mu nzu, kandi Abafarizayo n’abigisha b’amategeko bari bicaye ng’aho. Bari baje bavuye mu bigwati vyose vy’i Galilaya n’i Yudaya n’i Yeruzalemu, kandi ububasha bwa Yehova* bwari kumwe na we kugira akize+.