Matayo 6:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ariko wewe igihe usenga, nuje mu cumba cawe, wugare umuryango uheze usenge So wawe ataboneka+. Maze So wawe abona ibiri mu mpisho azobikwishura. Matayo 14:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Amaze kurungika iryo sinzi, aca aduga ku musozi gusenga ari wenyene+. Naho bwari bwije, yari ng’aho wenyene. Mariko 1:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Mu gatondo ka kare hakiri mu kajoro, aravyuka aja hanze ahantu hiherereye, maze atangura gusenga+. Luka 6:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Umusi umwe yaraduze ku musozi gusenga+, amara ijoro ryose ariko arasenga Imana+.
6 Ariko wewe igihe usenga, nuje mu cumba cawe, wugare umuryango uheze usenge So wawe ataboneka+. Maze So wawe abona ibiri mu mpisho azobikwishura.
23 Amaze kurungika iryo sinzi, aca aduga ku musozi gusenga ari wenyene+. Naho bwari bwije, yari ng’aho wenyene.
35 Mu gatondo ka kare hakiri mu kajoro, aravyuka aja hanze ahantu hiherereye, maze atangura gusenga+.