Yesaya 29:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Yehova avuze ati: «Aba bantu bansengesha akarimi gusa,bakanyubahisha iminwa yabo+.Mugabo umutima wabo uri kure yanje rwose,kandi ukuntinya kwabo gushingiye ku mabwirizwa bigishijwe yavuye ku bantu+.
13 Yehova avuze ati: «Aba bantu bansengesha akarimi gusa,bakanyubahisha iminwa yabo+.Mugabo umutima wabo uri kure yanje rwose,kandi ukuntinya kwabo gushingiye ku mabwirizwa bigishijwe yavuye ku bantu+.