ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Tera iteka so wawe na nyoko wawe+ kugira urambire mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Tera iteka so wawe na nyoko wawe+ nk’uko Yehova Imana yawe yabigutegetse, kugira urambe wongere uroranirwe* mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe+.

  • Abanyefeso 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 «Tera iteka so wawe na nyoko wawe+.» Iryo ni ryo tegeko rya mbere riri kumwe n’umuhango ugira uti:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika