21 Yigiye imbere, abona abandi bagabo babiri bavukana, ari bo Yakobo umuhungu wa Zebedayo na mwenewabo Yohani+. Bari mu bwato bari kumwe na se wabo Zebedayo, bariko barashona insenga zabo. Aca arabahamagara+. 22 Ubwo nyene baca basiga ubwato na se wabo baramukurikira.