Matayo 7:28, 29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Yezu ahejeje kuvuga ayo majambo, amasinzi aratangara cane kubera uburyo yigisha+, 29 kuko yabigisha nk’umuntu afise ububasha+, atari nka ba banditsi babo.
28 Yezu ahejeje kuvuga ayo majambo, amasinzi aratangara cane kubera uburyo yigisha+, 29 kuko yabigisha nk’umuntu afise ububasha+, atari nka ba banditsi babo.