ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 18:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Yehova Imana yanyu azobaha umuhanuzi ameze nkanje, amukuye muri benewanyu. Mukwiye kumwumviriza+.

  • Matayo 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Akiriko aravuga, igicu gikayangana gica kirabatwikira. Haca humvikana ijwi rivuye muri nya gicu riti: «Uyu ni Umwana wanje nkunda cane, uwo nashimye+. Nimumwumvirize+.»

  • Luka 9:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Haca humvikana ijwi+ rivuye muri nya gicu riti: «Uyu ni Umwana wanje, uwo natoye+. Nimumwumvirize+.»

  • Ivyakozwe 3:22, 23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Nkako, Musa yavuze ati: “Yehova* Imana yanyu azobaha umuhanuzi ameze nkanje+, amukuye muri benewanyu. Mukwiye kwumviriza ivyo ababwira vyose+. 23 Kandi umuntu wese atazokwumviriza uwo Muhanuzi azorandurwa mu bantu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika