1 Abakorinto 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mbega ntidufise uburenganzira bwo kujana n’umugore twubakanye+ yizera*, cokimwe n’izindi ntumwa na benewabo n’Umukama+ be na Kefa*+?
5 Mbega ntidufise uburenganzira bwo kujana n’umugore twubakanye+ yizera*, cokimwe n’izindi ntumwa na benewabo n’Umukama+ be na Kefa*+?